Imigani 10:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Uwukorana ukuboko kw’ubute azoba ntahonikora+, ariko ukuboko kw’umuntu w’umunyamwete kuzomutungisha+. Imigani 13:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ikinebwe kiripfuza mugabo nta co gifise+. Ariko abanyamwete bazodoheshwa+. Imigani 23:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kuko imborerwa n’umukunzi w’inda bazoja mu bworo+, kandi uguhunyiza kuzokwambika umuntu imishambara+.
4 Uwukorana ukuboko kw’ubute azoba ntahonikora+, ariko ukuboko kw’umuntu w’umunyamwete kuzomutungisha+.
21 Kuko imborerwa n’umukunzi w’inda bazoja mu bworo+, kandi uguhunyiza kuzokwambika umuntu imishambara+.