Imigani 10:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Uwukorana ukuboko kw’ubute azoba ntahonikora+, ariko ukuboko kw’umuntu w’umunyamwete kuzomutungisha+. Imigani 13:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ikinebwe kiripfuza mugabo nta co gifise+. Ariko abanyamwete bazodoheshwa+. Imigani 18:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi, uwerekana ko ari umunyabute mu gikorwa ciwe+, ni mwene wabo n’uwutera agatikizo+. Imigani 20:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kubera urushana, ikinebwe ntikizorima+; kizosegerereza mu gihe c’ishwabura, mugabo nta kintu kizoboneka+.
4 Uwukorana ukuboko kw’ubute azoba ntahonikora+, ariko ukuboko kw’umuntu w’umunyamwete kuzomutungisha+.
4 Kubera urushana, ikinebwe ntikizorima+; kizosegerereza mu gihe c’ishwabura, mugabo nta kintu kizoboneka+.