ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 12:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Nkiza+, Yehova we, kuko intahemuka irangiye+;

      Kuko abantu b’abizigirwa bakamanganye mu bana b’abantu.

  • Umusiguzi 7:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 ari yo umutima wanje wagumye urondera, mugabo sinayitoye. Narabonye umugabo umwe mu gihumbi+, ariko nta mugore nabonye muri abo bose+.

  • Yeremiya 5:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nimunyuragire mu mabarabara ya Yeruzalemu, murabe rero, muheze mumenye, mwironderere mu bibanza vya bose vyaho murabe yuko hari umuntu+ mwobona, yuko hari umuntu n’umwe ashitsa ubutungane+, umuntu n’umwe arondera ubwizigirwa+, nanje nzobabarira Yeruzalemu.

  • Mika 7:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Intahemuka yazimanganye mw’isi, kandi mu bantu nta wugororotse ariho+. Bose babundira gusesa amaraso+. Umwe wese ahigisha urusenga rw’umukwabu mwene wabo+.

  • Luka 18:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Ndabibabwiye: Izotuma batunganirizwa ningoga+. Yamara none, Umwana w’umuntu niyashika, azosanga vy’ukuri ukwizera* kw’isi?”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika