-
Yobu 33:23Bibiliya y’isi nshasha
-
-
23 Nimba hariho intumwa itumwa ku bwiwe,
Umuvugizi, umwe mu gihumbi,
Kugira amenyeshe umuntu ukugororoka kwiwe,
-
2 Petero 2:8Bibiliya y’isi nshasha
-
-
8 kuko uwo muntu w’umugororotsi, kubera ivyo yabona kandi akumva igihe yaba muri bo, uko bukeye uko bwije umutima wiwe ugororotse wamana akababaro kubera ibikorwa vyabo vy’ubugarariji—
-
-
-