1 Abami 21:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Yezebeli akimara kwumva yuko Naboti yari yatewe amabuye ku buryo apfa, aca abwira Ahabu ati: “Haguruka wigarurire wa murima w’imizabibu wa Naboti Umuyezireyeli+, umwe yanka kuguha ku mahera; kuko Naboti atakiriho, mugabo yapfuye.” Imigani 23:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ntiwigize inyuma urubibe rwa kera+, kandi ntiwinjire mw’itongo ry’impfuvyi*+. Imigani 28:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Umuntu w’ibikorwa vy’ubwizigirwa azoronka imihezagiro myinshi+, mugabo uwihutira kuronka ubutunzi ntazoguma ari intungane+.
15 Yezebeli akimara kwumva yuko Naboti yari yatewe amabuye ku buryo apfa, aca abwira Ahabu ati: “Haguruka wigarurire wa murima w’imizabibu wa Naboti Umuyezireyeli+, umwe yanka kuguha ku mahera; kuko Naboti atakiriho, mugabo yapfuye.”
20 Umuntu w’ibikorwa vy’ubwizigirwa azoronka imihezagiro myinshi+, mugabo uwihutira kuronka ubutunzi ntazoguma ari intungane+.