2 Samweli 16:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kumbure Yehova ari bubone+ n’ijisho ryiwe, kandi Yehova ntabura kunsubiza ineza mu kibanza c’umuvumo wa Shimeyi w’uyu musi+.” Zaburi 34:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Umumarayika wa Yehova akambitse irya n’ino y’abatinya Imana+,Kandi arabakiza+. 1 Petero 4:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nuko rero, n’abariko bababazwa mu buryo buhuye n’ukugomba kw’Imana nibagume baragiza ubuzima bwabo Umuremyi w’umwizigirwa mu gihe bariko bakora iciza+.
12 Kumbure Yehova ari bubone+ n’ijisho ryiwe, kandi Yehova ntabura kunsubiza ineza mu kibanza c’umuvumo wa Shimeyi w’uyu musi+.”
19 Nuko rero, n’abariko bababazwa mu buryo buhuye n’ukugomba kw’Imana nibagume baragiza ubuzima bwabo Umuremyi w’umwizigirwa mu gihe bariko bakora iciza+.