2 Samweli 4:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 igihe umuntu umwe yamenyesha+ ati: ‘Erega Sauli yapfuye,’ mu maso yiwe akaba nk’uwuzanye inkuru nziza, naciye riho ndamufata maze ndamwicira+ i Zikulagi kandi nari nkwiye kumuha impembo y’uwuzana ubutumwa; Zaburi 101:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Buri gitondo nzonumya ababisha bose bo kw’isi+,Kugira ndandure mu gisagara+ ca Yehova abakora ibibabaza bose+. Imigani 20:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Umwami aricara ku ntebe y’imanza+, agashwiragirisha amaso yiwe ububi bwose+.
10 igihe umuntu umwe yamenyesha+ ati: ‘Erega Sauli yapfuye,’ mu maso yiwe akaba nk’uwuzanye inkuru nziza, naciye riho ndamufata maze ndamwicira+ i Zikulagi kandi nari nkwiye kumuha impembo y’uwuzana ubutumwa;
8 Buri gitondo nzonumya ababisha bose bo kw’isi+,Kugira ndandure mu gisagara+ ca Yehova abakora ibibabaza bose+.