ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 16:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Ubutungane, ubutungane ni bwo ukwiye gukurikirana+, kugira ugume uri muzima kandi wigarurire koko igihugu Yehova Imana yawe agira aguhe+.

  • Yobu 21:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Kuko muvuga ngo: ‘Inzu y’umunyacubahiro iri hehe,

      Ihema riri hehe, insago z’ababisha ziri hehe+?’

  • Zaburi 37:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kandi hasigaye akanya gatoyi, umubisha ntabe akiriho+;

      Kandi uzokwitegereza koko aho yahora, umubure+.

  • Zaburi 91:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Uzorabisha amaso gusa+

      Wibonere agahembo k’ababisha+.

  • Zaburi 101:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Buri gitondo nzonumya ababisha bose bo kw’isi+,

      Kugira ndandure mu gisagara+ ca Yehova abakora ibibabaza bose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika