Imigani 10:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Inzira ya Yehova ni igihome gikomeye ku wutagirako umugayo+, ariko agatikizo kabikiwe abaza barakora ibibabaza+. Luka 13:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Mugabo azobabwira ati: ‘Sinzi iyo muva. Mve mu maso, mwebwe mwese abakora ibitagororotse+!’ Ivyahishuwe 22:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Hanze hari imbwa+ n’abakora ivy’ubupfumu+ n’abasambanyi+ n’abicanyi n’abasenga ibigirwamana, n’umuntu wese akunda kandi ashishikara ikinyoma+.’
29 Inzira ya Yehova ni igihome gikomeye ku wutagirako umugayo+, ariko agatikizo kabikiwe abaza barakora ibibabaza+.
15 Hanze hari imbwa+ n’abakora ivy’ubupfumu+ n’abasambanyi+ n’abicanyi n’abasenga ibigirwamana, n’umuntu wese akunda kandi ashishikara ikinyoma+.’