Kuvayo 23:1 Bibiliya y’isi nshasha 23 “Ntuze utwarire hejuru inkuru y’ububeshi+. Ntugafatanye n’umubisha mu kuba icabona gitegura imigambi y’ubukazi+. Gusubira mu vyagezwe 19:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Abacamanza baze batohoze bitonze+, maze nimba ico cabona ari icabona c’ikinyoma kandi kikaba caremetse mwene wabo ikirego c’ikinyoma, Imigani 6:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 icabona c’ikinyoma gisuka ububeshi+, be n’uwo wese atera amahane mu bavukana+. Imigani 19:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Icabona c’ikinyoma ntikizobura guhanwa+, kandi uwusuka ibinyoma ntazokira+.
23 “Ntuze utwarire hejuru inkuru y’ububeshi+. Ntugafatanye n’umubisha mu kuba icabona gitegura imigambi y’ubukazi+.
18 Abacamanza baze batohoze bitonze+, maze nimba ico cabona ari icabona c’ikinyoma kandi kikaba caremetse mwene wabo ikirego c’ikinyoma,