Imigani 28:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Hahiriwe umuntu yumva ubwoba nantaryo+, mugabo uwukomantaza umutima wiwe azogwa mu vyago+. Imigani 29:1 Bibiliya y’isi nshasha 29 Umuntu akangirwa+ kenshi mugabo agakomantaza izosi+ azovunagurwa giturumbuka, kandi ata gukira+. Yeremiya 3:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ni co gitumye wimwa imvura nyinshi+, hakaba ata n’imvura y’impeshi iboneka+. Usigaye ufise uruhanga rw’umugore akora ubumaraya. Waranse guteterwa+.
3 Ni co gitumye wimwa imvura nyinshi+, hakaba ata n’imvura y’impeshi iboneka+. Usigaye ufise uruhanga rw’umugore akora ubumaraya. Waranse guteterwa+.