Imigani 11:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ubugororotsi bw’uwutagirako umugayo ni bwo buzogorora inzira yiwe+, mugabo umubisha azogwa mu bubisha bwiwe+. 1 Abatesalonika 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Imana yacu rero ikaba na Data ubwayo hamwe n’Umukama wacu Yezu+ bayobore neza inzira yacu igana iwanyu.
5 Ubugororotsi bw’uwutagirako umugayo ni bwo buzogorora inzira yiwe+, mugabo umubisha azogwa mu bubisha bwiwe+.
11 Imana yacu rero ikaba na Data ubwayo hamwe n’Umukama wacu Yezu+ bayobore neza inzira yacu igana iwanyu.