Ivyakozwe 13:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 avuga ati: “Ewe wa muntu yuzuye ubwoko bwose bw’ububeshi n’ubwoko bwose bw’ikibi kibishe, wa mwana wa Shetani+, wa mwansi w’ibigororotse vyose: mbega ntuzoreka kugoramika inzira zigororotse za Yehova? 2 Abatesalonika 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ni ho vy’ukuri nya mugarariji azohishurwa, uwo Umukama Yezu azokuzaho impwemu yo mu kanwa kiwe+ akamuhinduza ubusa ukwigaragaza+ kw’ukuhaba kwiwe+.
10 avuga ati: “Ewe wa muntu yuzuye ubwoko bwose bw’ububeshi n’ubwoko bwose bw’ikibi kibishe, wa mwana wa Shetani+, wa mwansi w’ibigororotse vyose: mbega ntuzoreka kugoramika inzira zigororotse za Yehova?
8 Ni ho vy’ukuri nya mugarariji azohishurwa, uwo Umukama Yezu azokuzaho impwemu yo mu kanwa kiwe+ akamuhinduza ubusa ukwigaragaza+ kw’ukuhaba kwiwe+.