ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 12:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 “Kubera ukunyagwa kw’abarushwa, kubera ukuniha kw’aboro+,

      Ubu ho ngira mpaguruke,” ni ko Yehova avuga+.

      “Ngira ndamushire ahatagira inkomanzi, aho ata n’umwe amuhemerako+.”

  • Imigani 14:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Uwugunga umuntu mutoyi aba asize iceyi Uwamuhinguye+, mugabo uwumuninahaza ni uwugirira ubutoni umworo+.

  • Mika 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Baripfuje imirima barayigarurira+; baripfuje n’amazu, barayatwara; bagunze umuntu w’umugabo n’urugo rwiwe+, bagunga umuntu n’intoranwa yiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika