Itanguriro 43:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Bamuzanira ivyiwe ukwiwe, n’ivyabo ukwabo, n’ivy’Abanyamisiri basangira na we ukwabo; kuko Abanyamisiri batashobora gusangira imfungurwa n’Abaheburayo, kubera ko ico ari ikintu giteye ishishi ku Banyamisiri+.
32 Bamuzanira ivyiwe ukwiwe, n’ivyabo ukwabo, n’ivy’Abanyamisiri basangira na we ukwabo; kuko Abanyamisiri batashobora gusangira imfungurwa n’Abaheburayo, kubera ko ico ari ikintu giteye ishishi ku Banyamisiri+.