Zaburi 141:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ntuhengekere umutima wanje ku kintu kibi na kimwe+,Ngo nkore ibikorwa vy’agaterasoni mu bubisha+Kumwe n’abantu bamenyereye gukora ibibabaza+,Kugira sindye ku bifungurwa binovereye vyabo+.
4 Ntuhengekere umutima wanje ku kintu kibi na kimwe+,Ngo nkore ibikorwa vy’agaterasoni mu bubisha+Kumwe n’abantu bamenyereye gukora ibibabaza+,Kugira sindye ku bifungurwa binovereye vyabo+.