Imigani 4:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Niwironse ubukerebutsi+, wironse ugutegera+. Ntiwibagire, kandi ntukevye ngo uve ku majambo y’akanwa kanje+. Imigani 16:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuronka ubukerebutsi, ewe kuntu biruta inzahabu+! Kandi kuronka ugutegera ni ivyo guhitamwo kuruta ifeza+. Ivyahishuwe 3:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 nkugiriye inama ngo ungureko inzahabu+ ityorojwe umuriro kugira ngo ube umutunzi, n’impuzu zo hejuru zera kugira ngo wambare no kugira ngo isoni z’ubwambure bwawe ntizerekanwe+, n’umuti wo gusiga mu maso+ yawe kugira ngo ubone.
5 Niwironse ubukerebutsi+, wironse ugutegera+. Ntiwibagire, kandi ntukevye ngo uve ku majambo y’akanwa kanje+.
16 Kuronka ubukerebutsi, ewe kuntu biruta inzahabu+! Kandi kuronka ugutegera ni ivyo guhitamwo kuruta ifeza+.
18 nkugiriye inama ngo ungureko inzahabu+ ityorojwe umuriro kugira ngo ube umutunzi, n’impuzu zo hejuru zera kugira ngo wambare no kugira ngo isoni z’ubwambure bwawe ntizerekanwe+, n’umuti wo gusiga mu maso+ yawe kugira ngo ubone.