Nehemiya 8:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Babandanya gusoma+ n’ijwi ryumvikana muri nya gitabu, mw’itegeko ry’Imana y’ukuri, rikaza rirasigurwa ryongera ritangirwa insobanuro; babandanya gutuma ukwo gusoma gutegereka+. Zaburi 49:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Akanwa kanje kazovuga ibintu vy’ubukerebutsi+,Kandi ukuzirikana kw’umutima wanje kuzoba ku bintu vy’ugutegera+. Imigani 9:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ugutinya Yehova ni yo ntango y’ubukerebutsi+, kandi ubumenyi bwa wa Mweranda Rwose ni kwo gutegera+.
8 Babandanya gusoma+ n’ijwi ryumvikana muri nya gitabu, mw’itegeko ry’Imana y’ukuri, rikaza rirasigurwa ryongera ritangirwa insobanuro; babandanya gutuma ukwo gusoma gutegereka+.
3 Akanwa kanje kazovuga ibintu vy’ubukerebutsi+,Kandi ukuzirikana kw’umutima wanje kuzoba ku bintu vy’ugutegera+.
10 Ugutinya Yehova ni yo ntango y’ubukerebutsi+, kandi ubumenyi bwa wa Mweranda Rwose ni kwo gutegera+.