Zaburi 103:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko, nk’uko amajuru ari hejuru cane y’isi+,Ni ko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari agahebuza ku bamutinya+. Yesaya 55:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Kuko, nk’uko amajuru ari hejuru cane y’isi+, ni ko n’inzira zanje ziri hejuru cane y’inzira zanyu+, n’ivyiyumviro vyanje bikaba hejuru cane y’ivyiyumviro vyanyu+.
11 Kuko, nk’uko amajuru ari hejuru cane y’isi+,Ni ko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari agahebuza ku bamutinya+.
9 “Kuko, nk’uko amajuru ari hejuru cane y’isi+, ni ko n’inzira zanje ziri hejuru cane y’inzira zanyu+, n’ivyiyumviro vyanje bikaba hejuru cane y’ivyiyumviro vyanyu+.