ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 16:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Gukora ububisha ni ikintu giteye ishishi ku bami+, kuko biciye ku bugororotsi ari ho intebe y’ubwami ishimangirwa+.

  • Imigani 20:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Ubuntu bwuzuye urukundo be n’ukuri, ivyo birazigama umwami+; kandi ubuntu bwuzuye urukundo ni bwo ashigikiza intebe yiwe y’ubwami+.

  • Imigani 29:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Aho umwami acira imanza abantu batobato mu kuri+, intebe yiwe y’ubwami izoshimangirwa ibihe vyose+.

  • Yesaya 16:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 “Kandi, bigiranywe ubuntu bwuzuye urukundo, intebe y’ubwami ntizobura gushimangirwa+; kandi hari uwuzoyicarako mu kuri mw’ihema rya Dawidi+, aca imanza kandi akarondera ubutungane, abanguka mu vy’ubugororotsi+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika