ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 25:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Umubisha nakurwe imbere y’umwami+, maze intebe yiwe y’ubwami izoshimangirwa biciye ku bugororotsi+.

  • Imigani 29:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Aho umwami acira imanza abantu batobato mu kuri+, intebe yiwe y’ubwami izoshimangirwa ibihe vyose+.

  • Ivyahishuwe 19:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Hanyuma mbona ijuru ryuguruye, maze mbona ifarasi yera+. Kandi uwari ayicayeko yitwa Mwizigirwa+ na Munyakuri+, kandi aca imanza akongera akarwana intambara mu bugororotsi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika