Imigani 18:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Uwa mbere mu kuvuga mu rubanza rwiwe aba umugororotsi+; mugenziwe araza, akamuserangura koko+. Matayo 5:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 “Niwikiranure ningoga n’uwukwitwarira mukiri mu nzira, kugira nyene kukwitwarira+ ntagushire umucamanza, umucamanza na we akagushira umusuku wa sentare, maze ugatabwa mw’ibohero.
25 “Niwikiranure ningoga n’uwukwitwarira mukiri mu nzira, kugira nyene kukwitwarira+ ntagushire umucamanza, umucamanza na we akagushira umusuku wa sentare, maze ugatabwa mw’ibohero.