Gusubira mu vyagezwe 13:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 utegerezwa rero kurondera, ugatohoza, ukabariritsa neza+; maze nimba nya kintu cemejwe ko ari ukuri, kandi ico kintu giteye ishishi kikaba cakozwe hagati yawe, 2 Samweli 19:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Na we avuga ati: “Mukama wanje umwami, umusuku wanje+ ni we yampenze. Kuko umusuku wawe yari yavuze ati: ‘Reka nishirire itandiko ku ndogobwa, kugira ndayigendereko, njane n’umwami,’ kuko umusuku wawe ari ikimuga+. Imigani 25:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ntuje gushingisha urubanza gihutihuti, kugira ntihabe ikibazo c’ico uri bukore mu mpera yarwo, igihe mugenzawe azoba agutetereje+.
14 utegerezwa rero kurondera, ugatohoza, ukabariritsa neza+; maze nimba nya kintu cemejwe ko ari ukuri, kandi ico kintu giteye ishishi kikaba cakozwe hagati yawe,
26 Na we avuga ati: “Mukama wanje umwami, umusuku wanje+ ni we yampenze. Kuko umusuku wawe yari yavuze ati: ‘Reka nishirire itandiko ku ndogobwa, kugira ndayigendereko, njane n’umwami,’ kuko umusuku wawe ari ikimuga+.
8 Ntuje gushingisha urubanza gihutihuti, kugira ntihabe ikibazo c’ico uri bukore mu mpera yarwo, igihe mugenzawe azoba agutetereje+.