ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 24:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Yewe dawe+, raba, ni ukuri raba mu kuboko kwanje igice co hepfo c’umwitero utagira amaboko wawe, kuko igihe nagicacura ntakwishe. Umenye kandi ubone yuko ata bubi+ canke umugararizo ngufiseko, kandi ko ntagucumuyeko, naho wewe uriko urabundira ubuzima bwanje ngo ubukureho+.

  • 1 Samweli 25:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Ariko ndahiye ukubaho kwa Yehova Imana ya Isirayeli, we yambujije kukugirira nabi+, iyo utihutira kuza kunsanganira+, emwe, bwari guca kuri Nabali hadasigaye umuntu n’umwe w’igitsina-gabo+.”

  • Abaroma 12:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Mugabo, “nimba umwansi wawe ashonje, mugaburire; nimba anyotewe, muhe ico anywa+; kuko niwagira ivyo uzoba umurunze amakara yaka ku mutwe+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika