Kuvayo 8:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Farawo ngo abone habaye agahengwe, akomantaza umutima wiwe+, ntiyabumviriza, nk’uko Yehova yari yavuze+. Matayo 12:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Maze iragenda igahitana izindi mpwemu indwi ziyirusha ububisha+, hanyuma zimaze gushika imbere muri nya nzu, zikahaba; maze ivya nyuma vy’uwo muntu bikunyuka kuruta ivya mbere+. Ukwo ni na ko bizogendera iri yaruka ribi+.” 2 Petero 2:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ico wa mugani w’ukuri uvuga cabashitseko, ngo: “Imbwa+ isubiye ku bidahwe vyayo bwite, n’ingurube yuhagiwe isubiye kwivurunga mu rwondo+.”
15 Farawo ngo abone habaye agahengwe, akomantaza umutima wiwe+, ntiyabumviriza, nk’uko Yehova yari yavuze+.
45 Maze iragenda igahitana izindi mpwemu indwi ziyirusha ububisha+, hanyuma zimaze gushika imbere muri nya nzu, zikahaba; maze ivya nyuma vy’uwo muntu bikunyuka kuruta ivya mbere+. Ukwo ni na ko bizogendera iri yaruka ribi+.”
22 Ico wa mugani w’ukuri uvuga cabashitseko, ngo: “Imbwa+ isubiye ku bidahwe vyayo bwite, n’ingurube yuhagiwe isubiye kwivurunga mu rwondo+.”