ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 31:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Ehe raba ni bo bakoreshejwe, biciye kw’ijambo rya Balamu, kugira boshe bene Isirayeli gukora ivy’ubuhemu+ kuri Yehova ku bijanye n’ivyabereye i Peyori+, ku buryo ikiza caje kw’ikoraniro rya Yehova+.

  • 1 Samweli 26:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Ubu rero ndakwinginze, umukama wanje umwami yumvirize amajambo y’umusuku wiwe: Nimba Yehova ari we yagusunikiye kundwanya, namotere ishikanwa ry’intete+. Mugabo nimba ari abana b’abantu+, baravumwe imbere ya Yehova+, kuko uyu musi banyirukanye ngo siniyumvemwo ko nifatanije n’intoranwa ya Yehova+, mu kuvuga bati: ‘Genda ukorere izindi mana+!’

  • Abaroma 16:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ndabahimiriza rero, bene wacu, ngo mugumize ijisho ku bazana amacakubiri+ n’ibitsitaza mu buryo buteye kubiri n’inyigisho+ mwize, mubazibukire+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika