Zaburi 7:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Yimvye icobo, aracimburura+;Ariko azogwa mu kinogo yimvye+. Imigani 26:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Uwimba icobo azogwa muri co+, kandi uwutembagaza ibuye, rizomugarukako+. Umusiguzi 10:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Uwimba icobo ubwiwe azokigwamwo+; kandi uwumena uruhome rw’amabuye, inzoka izomukomora+. Abagalatiya 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ntimuzimire+: Imana ntihemwa+. Kuko ico umuntu abiba cose ari co nyene azokwimbura+;