ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Nehemiya 5:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Ariko ba buramatari ba kera banyitangiye imbere bari bararemereje abantu, bakaguma babaka shekeli mirongo ine z’ifeza ku musi ku musi zigenewe umukate n’umuvinyu. Vyongeye, abasuku babo bariganza ku bantu+. Mugabo jewe sinagize gutyo+ kubera ugutinya Imana+.

  • Umusiguzi 4:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Kandi jewe narahindukiye ngo mbone ibikorwa vy’agahahazo+ vyose bikorerwa munsi y’izuba, maze, ehe amosozi y’abahahazwa+, mugabo nta muhoza bari bafise+; kandi ku ruhande rw’ababahahaza hari ububasha, ku buryo ata muhoza bari bafise.

  • Amosi 4:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 “Nimwumve iri jambo, mwa nka z’i Bashani mwe+, mu ri ku musozi wa Samariya+, mugunga abantu batobato+, mugakandamiza aboro, mu kabwira ba shobuja ngo: ‘Zana twinywere!’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika