ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 42:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 ‘Uyo ni nde apfukiranya impanuro ata bumenyi+?’

      Erega naravuze, ariko ntategera

      Ibintu vy’agatangaza bindengeye ntazi+.

  • Zaburi 73:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Kandi nari nabaye imburabwenge, sinamenya+;

      Nari nacitse nk’ibikoko bukoko kuri wewe+.

  • 1 Abakorinto 3:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Ntihagire uwihenda: Nimba muri mwebwe hari uwiyumvira ko ari inkerebutsi+ muri iki gihe, nabe igipfu, kugira abone gucika inkerebutsi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika