Daniyeli 12:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Kandi abafise ugutahura kwimbitse bazokayangana nk’ukwakaka kw’ikirere+, abazana benshi ku bugororotsi+ na bo bakayangane nk’inyenyeri gushika igihe kitagira urugero, emwe, ibihe bidahera. Daniyeli 12:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Benshi bazokwihumanura+, biyeze+, batyororwe+. Ababisha bazokorana ububisha koko+, kandi nta mubisha n’umwe azotegera+; ariko abafise ugutahura kwimbitse bazotegera+.
3 “Kandi abafise ugutahura kwimbitse bazokayangana nk’ukwakaka kw’ikirere+, abazana benshi ku bugororotsi+ na bo bakayangane nk’inyenyeri gushika igihe kitagira urugero, emwe, ibihe bidahera.
10 Benshi bazokwihumanura+, biyeze+, batyororwe+. Ababisha bazokorana ububisha koko+, kandi nta mubisha n’umwe azotegera+; ariko abafise ugutahura kwimbitse bazotegera+.