Indirimbo ya Salomo 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Umwe ni we ari inuma yanje+, umugenzi wanje azira umugayo+. Umwe ni we ari uwa nyina. Ni we mutyoroke w’uwamwibarutse. Abakobwa baramubonye, bamwita umuhirwe; abamikazi n’incoreke baraheza baramushemeza ngo+: Luka 1:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 aca yiha akamo n’ijwi rirenga ati: “Urahezagiwe mu bagore, kandi harahezagiwe+ n’icamwa co mu nda yawe!
9 Umwe ni we ari inuma yanje+, umugenzi wanje azira umugayo+. Umwe ni we ari uwa nyina. Ni we mutyoroke w’uwamwibarutse. Abakobwa baramubonye, bamwita umuhirwe; abamikazi n’incoreke baraheza baramushemeza ngo+:
42 aca yiha akamo n’ijwi rirenga ati: “Urahezagiwe mu bagore, kandi harahezagiwe+ n’icamwa co mu nda yawe!