Gusubira mu vyagezwe 5:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “‘Tera iteka so na nyoko+, nk’uko Yehova Imana yawe yagutegetse, kugira ngo imisi yawe ibe myinshi kandi bikugendere neza+ ku butaka Yehova Imana yawe agira aguhe. Imigani 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kuko uzokwongerwa ubwinshi bw’imisi n’imyaka y’ubuzima+ be n’amahoro+.
16 “‘Tera iteka so na nyoko+, nk’uko Yehova Imana yawe yagutegetse, kugira ngo imisi yawe ibe myinshi kandi bikugendere neza+ ku butaka Yehova Imana yawe agira aguhe.