Imigani 8:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Amajambo yose y’akanwa kanje ni ay’ubugororotsi+. Muri yo nta kintu na kimwe kihari kigoramanze canke gihetaraye+. 1 Petero 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko, mwiyambure ububi+ bwose n’ubuhendanyi bwose n’ubwiyorobetsi n’inzigo n’ubwoko bwose bw’ukwambika ibara abandi+,
8 Amajambo yose y’akanwa kanje ni ay’ubugororotsi+. Muri yo nta kintu na kimwe kihari kigoramanze canke gihetaraye+.
2 Nuko, mwiyambure ububi+ bwose n’ubuhendanyi bwose n’ubwiyorobetsi n’inzigo n’ubwoko bwose bw’ukwambika ibara abandi+,