Imigani 11:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Uwuhagarara ashikamye ku bw’ubugororotsi, ariko agana ku buzima+; mugabo uwiruka inyuma y’ibibi, ariko agana ku rupfu rwiwe+. Imigani 11:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Uwurondera iciza azoguma arondera ubutoni+; mugabo uwuhîga ikibi we kizomuzako+.
19 Uwuhagarara ashikamye ku bw’ubugororotsi, ariko agana ku buzima+; mugabo uwiruka inyuma y’ibibi, ariko agana ku rupfu rwiwe+.