Esiteri 7:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Baca bamanika Hamani kuri nya giti+ yari yateguriye Morudekayi+; ubushangashirwe bw’umwami bubona guhwama. Zaburi 7:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Yimvye icobo, aracimburura+;Ariko azogwa mu kinogo yimvye+. Zaburi 10:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mu bwibone bwiwe umubisha akurikirana umurushwa, yarakaye+;Bafatwa n’ivyiyumviro biyumviriye+. Imigani 17:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ubugarariji gusa ni bwo umuntu mubi aguma arondera+, kandi intumwa irungikwa kuri we ni ruburakigongwe+.
10 Baca bamanika Hamani kuri nya giti+ yari yateguriye Morudekayi+; ubushangashirwe bw’umwami bubona guhwama.
11 Ubugarariji gusa ni bwo umuntu mubi aguma arondera+, kandi intumwa irungikwa kuri we ni ruburakigongwe+.