ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 26:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Nuko, ariko aramara imisi ng’aho, hashika ibi: Abimeleki umwami w’Abafilisitiya yariko ararabira mw’idirisha yongera yitegereza, maze abona Izahaki ariko ariryohera hamwe na Rebeka umugore wiwe+.

  • Itanguriro 29:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Yakobo akora imyaka indwi ngo aze ahabwe Rasheli+, mugabo mu maso yiwe iba nk’imisi mikeya kubera urukundo yamukunda+.

  • Indirimbo ya Salomo 8:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 “Nunshire ku mutima wawe nk’ikidodo+, nk’ikidodo ku kuboko kwawe; kuko urukundo rukomeye nk’urupfu+, ugushaka kwiheberwa wenyene+ gusa ni nk’ukuzimu mu kutagondeka. Imirurumbo yarwo ni imirurumbo y’umuriro, urubeya rwa Ya*+.

  • Abanyefeso 5:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Bagabo, mubandanye gukunda abagore banyu+ nk’uko na Kristu yakunze ishengero akaryigura+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika