Yohani 15:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nta wufise urukundo ruruta uru: ko umuntu yigura abagenzi biwe+. Abaroma 16:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 abemeye guhakwa gucibwa amazosi+ yabo bwite kubera ubuzima bwanje, kandi si jewe gusa ndabakengurukira, mugabo n’amashengero yose yo mu mahanga+; Abanyefeso 5:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Bagabo, mubandanye gukunda abagore banyu+ nk’uko na Kristu yakunze ishengero akaryigura+, Ivyahishuwe 12:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi baramutsinze+ kubera amaraso ya wa Mwagazi w’intama+ no kubera ijambo ry’ugushinga intahe+ kwabo, kandi ntibakunze ubuzima+ bwabo n’igihe baba bahanganye n’urupfu.
4 abemeye guhakwa gucibwa amazosi+ yabo bwite kubera ubuzima bwanje, kandi si jewe gusa ndabakengurukira, mugabo n’amashengero yose yo mu mahanga+;
11 Kandi baramutsinze+ kubera amaraso ya wa Mwagazi w’intama+ no kubera ijambo ry’ugushinga intahe+ kwabo, kandi ntibakunze ubuzima+ bwabo n’igihe baba bahanganye n’urupfu.