Imigani 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 ngo bigukize umugore w’igihumbu*, umugore w’umunyamahangakazi+ yagize amajambo yiwe ayasosa+, Imigani 7:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 kugira bikurinde umugore w’igihumbu+, bikurinde umunyamahangakazi yagize amajambo yiwe ayasosa+.