Yohani 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ibintu vyose vyabayeho biciye kuri we+, kandi bidaciye kuri we nta n’ikintu na kimwe cabayeho. Icabayeho Yohani 8:58 Bibiliya y’isi nshasha 58 Yezu ababwira ati: “Ni ukuri kwose ndabibabwiye: Imbere y’uko Aburahamu abaho, jewe nariho+.” Yohani 17:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ubu rero ga Data, nuninaharize hamwe nawe, uninaharishije bwa buninahazwa nari mfise ndi kumwe nawe imbere y’uko isi ibaho+. Abakolosayi 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 kuko biciye kuri we+ ari ho ibindi bintu vyose vyaremwe mw’ijuru no kw’isi, ibiboneka n’ibitaboneka, zaba intebe z’ubwami canke ubutware canke intwaro canke ububasha+. Ibindi bintu vyose vyaremwe biciye kuri we+ kandi biremerwa we.
3 Ibintu vyose vyabayeho biciye kuri we+, kandi bidaciye kuri we nta n’ikintu na kimwe cabayeho. Icabayeho
5 Ubu rero ga Data, nuninaharize hamwe nawe, uninaharishije bwa buninahazwa nari mfise ndi kumwe nawe imbere y’uko isi ibaho+.
16 kuko biciye kuri we+ ari ho ibindi bintu vyose vyaremwe mw’ijuru no kw’isi, ibiboneka n’ibitaboneka, zaba intebe z’ubwami canke ubutware canke intwaro canke ububasha+. Ibindi bintu vyose vyaremwe biciye kuri we+ kandi biremerwa we.