Gusubira mu vyagezwe 6:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kugira utinye+ Yehova Imana yawe ngo ugumye ivyagezwe vyiwe vyose n’amabwirizwa yiwe ndagutegetse, wewe n’umwana wawe n’umwuzukuru wawe+, imisi yose y’ubuzima bwawe, no kugira ngo imisi yawe ibe myinshi+. Imigani 8:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Kuko uwundonka atazobura kuronka ubuzima+, kandi araronka ubutoni bwa Yehova+. Imigani 10:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ugutinya Yehova kuzokwongereza imisi+, ariko imyaka y’ababisha izogerurwa+.
2 kugira utinye+ Yehova Imana yawe ngo ugumye ivyagezwe vyiwe vyose n’amabwirizwa yiwe ndagutegetse, wewe n’umwana wawe n’umwuzukuru wawe+, imisi yose y’ubuzima bwawe, no kugira ngo imisi yawe ibe myinshi+.