Imigani 15:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Umuntu ashangashiwe avyura amahane+, mugabo uwuteba gushavura atururuza imitongano+. Yakobo 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 Intambara ziva ku rihe sôko kandi indwano ziva ku rihe sôko muri mwebwe? Mbega ntiziva kuri iri sôko+: ku vyipfuzo vyanyu bikaze vyo kunezereza umubiri biguma birwana mu bihimba vyanyu+?
4 Intambara ziva ku rihe sôko kandi indwano ziva ku rihe sôko muri mwebwe? Mbega ntiziva kuri iri sôko+: ku vyipfuzo vyanyu bikaze vyo kunezereza umubiri biguma birwana mu bihimba vyanyu+?