Imigani 10:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Urwanko ni rwo rwandurutsa amahane+, ariko urukundo rupfuka ibigabitanyo vyose+. Imigani 29:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Umuntu akaza ishavu avyura amahane+, kandi uwo wese akunda gushangashirwa agira ibigabitanyo vyinshi+.
22 Umuntu akaza ishavu avyura amahane+, kandi uwo wese akunda gushangashirwa agira ibigabitanyo vyinshi+.