Imigani 4:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Fata indero ugumye+; nturekure+. Yizigame, kuko ari yo buzima bwawe+. Yeremiya 39:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “‘Kuko nzogukiza ata kabuza, ntuzogwishwa n’inkota; ntuzobura kunyaga amagara yawe+, kuko wanyizigiye+,’ ni ko Yehova avuze.”
18 “‘Kuko nzogukiza ata kabuza, ntuzogwishwa n’inkota; ntuzobura kunyaga amagara yawe+, kuko wanyizigiye+,’ ni ko Yehova avuze.”