Imigani 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Indero ya Yehova ntuyite mwananje+, kandi ntuzinukwe igikangiro ciwe+, Imigani 4:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Fata indero ugumye+; nturekure+. Yizigame, kuko ari yo buzima bwawe+. Imigani 23:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuzane umutima wawe ku ndero, n’ugutwi kwawe ku majambo y’ubumenyi+.