Guharura 25:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Rizomubera we n’uruvyaro rwiwe mu nyuma ziwe isezerano ry’ubuherezi gushika igihe kitagira urugero+, kuko atihanganiye ubukeba bugirwa ku Mana+ yiwe kandi agatangira impongano bene Isirayeli+.’” 2 Samweli 7:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi inzu yawe n’ubwami bwawe bizokwama bihamye imbere yawe gushika igihe kitagira urugero; intebe y’ubwami yawe izoshimangirwa gushika igihe kitagira urugero+.”’” Imigani 24:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ubukerebutsi ni bwo bwubaka urugo+, kandi ugutahura ni kwo kurushimangira+. Matayo 7:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 “Umuntu wese rero yumva aya majambo yanje akayashira mu ngiro azomera nk’umugabo w’ubwenge yubatse inzu yiwe ku gitandara+.
13 Rizomubera we n’uruvyaro rwiwe mu nyuma ziwe isezerano ry’ubuherezi gushika igihe kitagira urugero+, kuko atihanganiye ubukeba bugirwa ku Mana+ yiwe kandi agatangira impongano bene Isirayeli+.’”
16 Kandi inzu yawe n’ubwami bwawe bizokwama bihamye imbere yawe gushika igihe kitagira urugero; intebe y’ubwami yawe izoshimangirwa gushika igihe kitagira urugero+.”’”
24 “Umuntu wese rero yumva aya majambo yanje akayashira mu ngiro azomera nk’umugabo w’ubwenge yubatse inzu yiwe ku gitandara+.