Umusiguzi 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuja ku nzu y’ikigandaro biraruta kuja ku nzu y’inzimano+, kuko iryo ari ryo herezo ry’abantu bose; kandi umuzima akwiye kubishira ku mutima. Umusiguzi 7:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Umutima w’abantu b’inkerebutsi uri mu nzu y’ikigandaro+, mugabo umutima w’ibijuju uri mu nzu y’umunezero+.
2 Kuja ku nzu y’ikigandaro biraruta kuja ku nzu y’inzimano+, kuko iryo ari ryo herezo ry’abantu bose; kandi umuzima akwiye kubishira ku mutima.
4 Umutima w’abantu b’inkerebutsi uri mu nzu y’ikigandaro+, mugabo umutima w’ibijuju uri mu nzu y’umunezero+.