Nehemiya 9:1 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ku musi ugira mirongo ibiri na kane w’ukwo kwezi+, bene Isirayeli bakoranira hamwe bisonzesheje+ kandi bambaye amagunira*+, bishizeko n’ivu+. Daniyeli 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ndaheza mpanga amaso+ Yehova ya Mana y’ukuri, kugira ngo ndamurondere mu gusenga+ no mu kwinginga, mu kwisonzesha no mu kwambara igunira* no mu kwisiga iminyota+.
9 Ku musi ugira mirongo ibiri na kane w’ukwo kwezi+, bene Isirayeli bakoranira hamwe bisonzesheje+ kandi bambaye amagunira*+, bishizeko n’ivu+.
3 Ndaheza mpanga amaso+ Yehova ya Mana y’ukuri, kugira ngo ndamurondere mu gusenga+ no mu kwinginga, mu kwisonzesha no mu kwambara igunira* no mu kwisiga iminyota+.