ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 25:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Mu nyuma Abigayili ashika aho Nabali ari, asanga ateretse inzimano mu nzu yiwe, inzimano imeze nk’iy’umwami+; umutima wa Nabali wari uryohewe, kandi yari yaborewe+ araherezako; Abigayili ntiyagira ikintu amubwira, ari gito canke kinini, gushika bukeye.

  • Imigani 21:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Uwukunda ukuryoherwa azoba mu bukene+; uwukunda umuvinyu n’amavuta ntazoronka ubutunzi+.

  • Daniyeli 5:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nayo Belushazari+ umwami, ategurira inzimano ihambaye abantu igihumbi mu bakomakomeye biwe, anywera umuvinyu imbere y’abo bantu igihumbi+.

  • Hoseya 7:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Ku musi mukuru w’umwami wacu, abaganwa bararwaye+: hari ubushangashirwe kubera umuvinyu+. Umwami yaramvuye ukuboko hamwe n’abatwengera mw’ijigo.

  • Mariko 6:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Mugabo akaryo+ karabonetse igihe Herodi yatereka imfungurwa zo ku mugoroba ku musi w’ivuka ryiwe+, aziteretse abo ku rwego rwo hejuru biwe n’abakomanda ba gisirikare hamwe n’abantu bakurubakuru b’i Galilaya.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika