ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Umusiguzi 7:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Umutima w’abantu b’inkerebutsi uri mu nzu y’ikigandaro+, mugabo umutima w’ibijuju uri mu nzu y’umunezero+.

  • Luka 15:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Mu nyuma, haciye imisi itari myinshi, wa muhungu mutoyi akoraniriza hamwe ibintu vyose, afata urugendo aja mu gihugu ca kure, asesagurirayo ibintu vyiwe mu kubaho mu buhumbu+.

  • 2 Timoteyo 3:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 abaguranyi+, intumva, abivyimvya+, abakunda ibinezereza aho gukunda Imana+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika