Imigani 12:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ukuboko kw’abanyamwete ni kwo kuzoganza+, mugabo ukuboko kw’ubute kuzoba ukwo gukora ibikorwa vy’agahato+. Imigani 28:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Uwurima ubutaka bwiwe azogira umukate ukwiye+, uwukurikirana ibintu ata co bimaze na we azogira ubworo bukwiye+.
24 Ukuboko kw’abanyamwete ni kwo kuzoganza+, mugabo ukuboko kw’ubute kuzoba ukwo gukora ibikorwa vy’agahato+.
19 Uwurima ubutaka bwiwe azogira umukate ukwiye+, uwukurikirana ibintu ata co bimaze na we azogira ubworo bukwiye+.